La Banque d’investissement et de Développement pour les Femmes « BIDF sp » en sigle, désire recruter un Cadre chargé des projets liés aux chaînes de valeurs agricoles. TERMES DE REFERENCES
Kuri uyu wagatatu, Igenekerezo rya 14/02/2024, Ibanki y’Imigambi n’Iterambere ry’Abakenyezi << BIDF sp>> mumpfunyampfunyo yaramutse yugurura Ishami ryayo rishasha mu Gisagara ca Bujumbura, iryo shami rikaba ryitwa BIDF IMFURA AGENCE. Ibirori vyo kwugururura iryo shami rishasha bikaba vyari vyatewe iteka na Nyakubahwa Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu c’Uburundi Angeline NDAYISHIMIYE. Mw’ijambo nyamukuru yashikirije, Nyakubahwa Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu Angeline NDAYISHIMIYE,[…]
La Banque d’Investissement et de Développement pour les Femmes, « BIDF sp » en sigle, invite par le présent avis d’Appel d’Offres Ouvert National, les soumissionnaires admis à concourir, à présenter leurs offres, sous plis fermés, pour la souscription d’une assurance maladie en faveur du personnel de la Banque d’Investissement et de Développement pour les Femmes «[…]