Angela White

Lorem ipsum dolor sit amet, consectetur adipisicing elit, sed do eiusmod tempor incididunt ut labore et dolore magna aliqua. Ut enim ad minim veniam

Related Posts

15

Feb
Accueil, Actualités

Iyugururwa ry’Ishami rishasha ry’Ibanki y’Imigambi n’Iterambere ry’Abakenyezi i Bujumbura

Kuri uyu wagatatu, Igenekerezo rya 14/02/2024, Ibanki y’Imigambi n’Iterambere ry’Abakenyezi << BIDF sp>> mumpfunyampfunyo yaramutse yugurura Ishami ryayo rishasha mu Gisagara ca Bujumbura, iryo shami rikaba ryitwa BIDF IMFURA AGENCE. Ibirori vyo kwugururura iryo shami rishasha bikaba vyari vyatewe iteka na Nyakubahwa  Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu c’Uburundi Angeline NDAYISHIMIYE. Mw’ijambo nyamukuru yashikirije, Nyakubahwa Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu Angeline NDAYISHIMIYE,[…]